Replying to @UNFPABurundi
Abavyeyi bafise uruhara rukomeye mu gutegura abana bimirije ubuyabaga. Kuyaga ivy’ubutinyanka imbere y’uko bishika, bifasha abakobwa kwakira ico gihe batekanye kandi bifitiye icizere. Duhindure ingo zacu ibibanza vy’ukuganira, ku bw’agateka k’abana bacu.















































